31 Mweho rero, ntimugire ubwoba; kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.
31 Nuko ntimutinye: mwebge muruta utunyoni twinshi.
Nimwitegereze inyoni zo mu kirere: ntizibiba, ntizimbura kandi nta co zegeraniriza mu bigega; ariko So wo mw’ijuru arazigaburira! None mwebwe ntimuziruta cane?
Nimwitegereze ibikona: ntibibiba kandi ntivyimbura, ntibigira n’ububiko canke ibigega, ariko Imana irabigaburira. None mwebwe ntimuruta cane inyoni?