30 Mbere n’imishatsi yo ku mitwe yanyu yaraharuwe yose.
30 Ariko n’umushatsi wo ku mitwe yanyu wose waraharūwe.
Mbere n’imishatsi yo ku mitwe yanyu yaraharuwe yose. Nuko rero ntimutinye, kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.
Ariko nta n’agashatsi ko ku mitwe yanyu kazotakara
None rero ndabasavye murabe ico murya, kugira ngo mubeho; kuko nta n’umwe muri mwebwe azotakaza n’agashatsi ko ku mutwe wiwe.”