Matayo 10:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Mbega utunyoni tubiri ntitugurwa hafi ubusa bw’amahera? Ariko nta na kamwe muri two gakorokera hasi So wo mw’ijuru atavyemeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Mbeg’ utunyoni tubiri ntitugurwa ikuta? Ariko muri two nta na kamwe gakorokera hasi, So atabizi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |