Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 10:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Umwigishwa ntaruta umwigisha, n’umukozi ntaruta shebuja.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Umwigishwa ntaruta umwigisha; kandi n’umushumba ntaruta shebuja.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 10:24
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwigishwa akwiye kugera ku rugezo rw’umwigisha wiwe, kandi umukozi akwiye kugera ku rugezo rwa shebuja. Nimba umukuru w’inzu bamwise Beyelizebuli, mbega abo mu nzu yiwe ntibazorushiriza kubita gutyo!


Umwigishwa ntaruta umwigisha, ariko umwigishwa yigishijwe neza amera nk’umwigisha wiwe.


Ndababwire ukuri, umukozi ntaruta shebuja, kandi intumwa ntiruta uwayitumye.


Mwibuke ivyo nababwiye: ‘Umukozi ntaruta shebuja.’ Nimba barampamye, namwe bazobahama. Nimba barakurikije inyigisho zanje, bazokurikiza n’izanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ