Matayo 10:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Nibabahama mu gisagara kimwe, muze muhungire mu kindi. Ndababwira ukuri ko mutazoheza kugendagenda mu bisagara vyose vya Isirayeli Umwana w’Umuntu ataraza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ni babahama mu gisagara kimwe, muhungire mu kindi: kuko mbabgira ukuri yuko mutazohetura ibisagara vyose vy’i Bgisirayeli, Umwana w’umuntu ataraza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |