Matayo 10:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Aya ni yo mazina y’abigishwa biwe cumi na babiri: uwa mbere ni Simoni, yongera akitwa Petero, hamwe na mwene nyina Andereya, hagakurikira Yakobo mwene Zebedayo, na mwene nyina Yohana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Amazina y’izo ntumwa cumi na zibiri n’aya: Uwa mbere ni Simoni, yitwa Petero, na mwene nyina Andereya, na Yakobo mwene Zebedayo na mwene nyina Yohana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |