Matayo 10:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Nibabafata, ntimuze muhagarikwe imitima n’ivyo muzovuga n’uburyo muzobivuga. Ako kanya nyene, muzohabwa ivyo mukwiye kuvuga, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ariko babashengeranye, ntimuze muhagarikire imitima ico muyuga n’ingene muzokivuga, kukw ivyo muvuga muzobihabga mur’ ako kanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |