Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 10:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Ntimwiremereze amasakoshi y’impuzu canke ibirato vyo gukuranya; mbere ntimwitwaze n’inkoni yo kwishimikiza. Kandi, ntimwanke guhabwa indaro, kuko umukozi wese aberwa n’impembo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 cank’ isaho y’impamba, kandi ntimujane amapfundo abiri, cank’ inkweto cank’ inkoni, kuk’ umukozi akwiye impembo yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 10:10
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Igisagara cose canke imihana muzokwinjiramwo, muze murondere uwemera kubakira hanyuma muze mugume mu nzu iwe.


Ababwira abihanikiriza ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo kiretse inkoni yo kwishimikiza. Ntimujane ivyokurya, amasakoshi, canke amafaranga mu mipfuko yanyu.


Yohana arabishura ati: “Uwufise imyambaro ibiri y’impuzu, nahe umwambaro umwe uwudafise n’umwe, n’uwufise ivyokurya nagire gutyo nyene.”


Arababarira ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo, yaba inkoni, umufuko, ivyokurya, amahera, canke impuzu yo gukuranya.


Niwaza uzonzanire ikoti y’imbeho nasize kwa Karupo i Tirowa, n’ibitabu vyanje, na canecane imizingo y’ibitabu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ