Matayo 1:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Yosefu amaze kwikangura, aca akora ivyo umumarayika w’Umwami Imana yamubwiye, atwara Mariya iwe nk’umugore wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Yosefu yikanguye aravyuka, agira nk’uk’ umumarayika w’Umwami Imana yamubariye, arongora umugeni wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |