Matayo 1:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 “Ehe, inkumi itarigera iryamana n’umugabo izosama inda ivyare umwana w’umuhungu hanyuma bamwite Emanuweli” (bisobanurwa ngo “Imana iri kumwe natwe”). အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 ngo Rāba, inkumi izotwara inda, ivyare umwana w’umuhungu, Bazomwita Imanuweli; risobanurwa ngw Imana iri kumwe natwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |