Matayo 1:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ariko, akivyiyumvira, umumarayika w’Umwami Imana araza avugana na we mu ndoto amubwira ati: “Yosefu mwana wa Dawidi, ntutinye kurongora Mariya, kuko inda afise yavuye kuri Mpwemu Yera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Akivyiyumvira, umumarayika w’Umwami Imana amwiyerekera mu nzozi, aramubarira, ati Yosefu, mwana wa Dawidi, ntutinye kurongora Mariya umugeni wawe, kukw atwaye inda ya Mpwemu Yera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |