Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Bamaze kuva mu buja i Babiloni, Yekoniya yavyaye Shalutiyeli, Shalutiyeli yavyaye Zerubabeli,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Kuva mu gihe co kwambukanwa i Babuloni Yekoniya yavyaye Shalutiyeli, Shalutiyeli yavyaye Zerubabeli,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 1:12
20 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

hanyuma Yosiya avyara Yekoniya n’abo bavukana igihe bajanwa kuba abanyagano i Babiloni.


Zerubabeli yavyaye Abiyudi, Abiyudi yavyaye Eliyakimu, Eliyakimu yavyaye Azori,


Ni ukuvuga ko habayeho urukurikirane rw’imiryango cumi n’ine kuva kuri Aburahamu gushika kuri Dawidi; n’iyindi cumi n’ine kuva kuri Dawidi gushika igihe bajanwa kuba abanyagano i Babiloni; hongera haba urundi rukurikirane rw’imiryango cumi n’ine kuva bagarutse bavuye mu buja gushika kuri Kristo.


Yoda mwene Yohanani, Yohanani mwene Resa, Resa mwene Zerubabeli, Zerubabeli mwene Shalutiyeli, Shalutiyeli mwene Neri,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ