Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 1:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 hanyuma Yosiya avyara Yekoniya n’abo bavukana igihe bajanwa kuba abanyagano i Babiloni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Yosiya yavyaye Yekoniya n’abandi bavukana, mu gihe co kwambukanwa i Babuloni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 1:11
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bamaze kuva mu buja i Babiloni, Yekoniya yavyaye Shalutiyeli, Shalutiyeli yavyaye Zerubabeli,


Ni ukuvuga ko habayeho urukurikirane rw’imiryango cumi n’ine kuva kuri Aburahamu gushika kuri Dawidi; n’iyindi cumi n’ine kuva kuri Dawidi gushika igihe bajanwa kuba abanyagano i Babiloni; hongera haba urundi rukurikirane rw’imiryango cumi n’ine kuva bagarutse bavuye mu buja gushika kuri Kristo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ