Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 9:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ako kanya nyene, baravye hirya no hino, basanga Mose na Eliya bagiye, basigaranye na Yesu gusa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Maze bakebaguza vuba, ntibaba bakigira uwundi babona, atari Yesu wenyene, ari kumwe na bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 9:8
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze haza igicu kirabatwikira, hanyuma ijwi ryumvikanira muri ca gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda cane. Nimumwumvirize!”


Bariko baramanuka bava kuri uwo musozi, Yesu arabihanikiriza ngo ntihagire umuntu n’umwe babwira ivyo babonye kugeza Umwana w’Umuntu azutse mu bapfuye.


Amaso yabo aca aruguruka, baramumenya, ariko aca arakamangana, ntibasubira kumubona.


Iryo jwi rihejeje kwumvikana, basanga Yesu asigaye ari wenyene. Ba bigishwa baca barahora, muri iyo misi ntibabwira umuntu n’umwe ivyo babonye.


Ivyo biba incuro zitatu, ca gitambara gica gisubira kuduzwa mw’ijuru.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ