Mariko 9:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Maze haza igicu kirabatwikira, hanyuma ijwi ryumvikanira muri ca gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda cane. Nimumwumvirize!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Maz’ igicu kiraza kibatera igitūtu, ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje nkunda, ni mumwumve. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |