Mariko 9:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Ndababwire ukuri, umuntu wese abahaye igikombe c’amazi mw’izina ryanje kuko muri aba Kristo, ntazobura kubihererwa impera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Umuntu wese azobaha n’urwato rw’amazi kuko muri mw izina rya Kristo, ndababgire ukuri, ntazobura impēra yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |