Mariko 9:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Umwe muri ba bantu arishura ati: “Mwigisha, nakuzaniye umuhungu wanje, kuko aboshwe n’impwemu mbi ituma atavuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Umwe mur’ iryo shengero aramwishura, ati Mwigisha, nari nakuzaniye umwana wanje, yinjiwemwo n’impwemu y’ikiragi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |