Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 9:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Yesu arababaza ati: “Mbega muriko muharira ku biki?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Arababaza, ati Mwariko murabahāririza ibiki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 9:16
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafarisayo bumvise ko Yesu yashitse, baraza batangura kumuhaririza. Mu ntumbero yo kumutega umutego, bamusaba ngo akore ikimenyetso kivuye mw’ijuru cerekana ko yatumwe n’Imana.


Abantu bose babonye Yesu aserutse baratangara cane, biruka baja kumuramutsa.


Umwe muri ba bantu arishura ati: “Mwigisha, nakuzaniye umuhungu wanje, kuko aboshwe n’impwemu mbi ituma atavuga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ