Mariko 9:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Bagarutse aho abandi bigishwa bari, babona abantu isinzi babakikije kandi bamwe mu bigisha b’ivyanditswe ni ho bari bari baharira na bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Bariko barashikīra abigishwa, babona ishengero ryinshi ribajiguje, n’abanyabgenge b’ivyanditswe bahārīra na bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |