Mariko 9:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Yesu arabishura ati: “Ni ukuri, Eliya ategerezwa kubanza kuza kugira ngo asubize vyose mu buryo. None ni kuki handitswe ko Umwana w’Umuntu ategerezwa kubabazwa cane akongera agasuzugurwa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Arabishura, ati Eliya abanza kuza koko, akaroranya vyose neza. Ariko vyanditswe bite ku Mwana w’umuntu yukw azobabazwa vyinshi, agatiturwa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |