Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 8:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Abari aho bashika ibihumbi bine. Bahejeje gufungura, Yesu aca arabarungika barataha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Bāri nk’ibihumbi bine; arabasezera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 8:9
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma Yesu asiga abantu ngaho, yinjira mu nzu. Abigishwa biwe baza aho ari, bamubwira bati: “Dusigurire umugani w’urwamfu mu murima.”


Ubwo nyene aca aja mu bwato n’abigishwa biwe baja mu karerere ka Dalamanuta.


Ba bantu bararya barahaga. Abigishwa begeranya ibiseke indwi vyuzuye utumanyu twasigaye.


Hanyuma Yesu aca yihereranya bamwe cumi na babiri, arababwira ati: “Ehe tugira tuduge i Yerusalemu, aho Ivyanditswe n’abavugishwa n’Imana vyose ku Mwana w’Umuntu bizomushikirako.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ