Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 8:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ba bantu bararya barahaga. Abigishwa begeranya ibiseke indwi vyuzuye utumanyu twasigaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Bararya, barahāga, batororokanya utumanyagu tw’imisigazwa, twuzura ibivumvu ndwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 8:8
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bose bararya kandi barahaga. Hanyuma abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri vyuzuye utumanyu twasigaye.


Bose bararya barahaga, hanyuma abigishwa begeranya ibiseke indwi vyuzuye utumanyu twasigaye.


Canke ya mikate indwi yagaburiwe abantu ibihumbi bine, hamwe na vya biseke mwegeranya?


Abari aho bashika ibihumbi bine. Bahejeje gufungura, Yesu aca arabarungika barataha.


Yahagije ivyiza abashonje, yirukana abatunzi bagenda imbokoboko.


Ntimugakorere ivyokurya bibora, ahubwo nimukorere ivyokurya bihoraho kandi bitanga ubugingo budashira, ivyo Umwana w’Umuntu azobaha, kuko Imana Data ari we yahaye ububasha bwo gukora ivyo.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ