Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 8:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Yesu arababaza ati: “Mufise imikate ingahe?” Baramwishura bati: “Indwi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Arababaza, ati Mufise imitsima ingahe? Na bo bati N’indwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 8:5
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arababaza ati: “Mufise imikate ingahe?” Nabo baramwishura bati: “Dufise imikate indwi hamwe n’udufi dukeya.”


Yesu arababaza ati: “Mufise imikate ingahe? Genda murabe.” Bagarutse bamubwira bati: “Dufise imikate itanu n’ifi zibiri.”


Abigishwa baramwishura bati: “None twokura he ivyokurya vyokwira aba bantu muri ubu bugaragwa?”


Maze Yesu abwira ba bantu ngo bicare hasi. Amaze gufata ya mikate akayishimira Imana, arayimanyagura ayiha abigishwa ngo bayihe abantu, na bo babikora uko.


Arabishura ati: “Nimubagaburire mwebwe nyene.” Na bo baramubwira bati: “Erega dufise imikate itanu n’ifi zibiri gusa. None ushaka ko tuja gusuma ibikwiye isinzi ry’abantu nk’iri.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ