Mariko 8:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Abigishwa baramwishura bati: “None twokura he ivyokurya vyokwira aba bantu muri ubu bugaragwa?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Abigishwa biwe baramubaza, bat’ Umuntu yokūra hehe imitsima yo guhāza aba bantu, ko hano ari mu gahinga? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |