Mariko 8:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Nuko Yesu ahamagara rya sinzi ry’abantu benshi bari hafi ngo begere abigishwa, arababwira ati: “Uwushaka kuba umwigishwa wanje wese, ategerezwa kwiheba, akikorera umusaraba akankurikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Ahamagara ishengero bo n’abigishwa biwe, arababgira, at’ Umuntu ni yagomba kunkurikira, ni yiyanke, yikorere umusaraba wiwe, ankurikire; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |