Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 8:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Ivyo yabivuga mu majambo atomoye. Hanyuma Petero amujana hirya gato atangura kumwamira ngo ntasubire kuvuga ivyo bintu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Avuga iryo jambo adakingitiranije. Petero aramwihererana, atangura kumwāmira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 8:32
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Petero aramwihereranya, atangura kumwamira ati: “Mwami, ntibikabe! Ivyo ntibikakubeko!”


Yesu we yari yiryamiye inyuma mu bwato yiseguye. Abigishwa baramukangura, bamubwira bati: “Mwigisha, ntubabajwe n’uko tugira dupfe?”


Ariko Marita we yari yatwawe n’ibikorwa vyinshi vyo gutegura inzimano. Nuko abaza Yesu ati: “Mwami, mbega nta co bikubwiye kubona mwene mama yantanye ibikorwa? Mubwire aze amfashe.”


Abayuda bari aho baramukikuza, bamubaza bati: “Uzodutomorera ryari? Nimba uri Kristo, bitubwire neza.”


Nuko aca arabitomora ati: “Lazaro yapfuye,


Ibi ndabibabwiye mu migani, ariko igihe kiraje aho ntazosubira kubigishiriza mu migani, ariko nzobabwira ivya Data ndabitomoye.


Maze abigishwa biwe baramubaza bati: “Ubu rero uriko uvuga udakoresheje imigani.


Yesu aramubwira ati: “Imisi yose navuganye n’abantu bose ku mugaragaro. Nigishirije mu masinagogi no mu rusengero, aho abantu bakoranira. Nta kintu na kimwe navuze ninyegeje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ