Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 8:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Bashitse i Betesayida, bamuzanira impumyi baramwinginga ngo ayikoreko, ayikize.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Baraza bashika i Betsayida. Bamuzanira impumyi, baramwinginga ngw ayikoreko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 8:22
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

“Uzobona ibara yewe Korazini! Uzobona ibara yewe Betesayida! Kuko iyo ibitangaza vyakorewe iwanyu bikorerwa i Tiro n’i Sidoni, abaho baba barihanye kuva kera, bakambara amagunira, bakisiga n’iminyota.


Maze baramwinginga ngo yemerere abarwaye bapfume bakora no ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


Amukora ku kiganza, ako kanya nyene bwa bushuhe buca burahera, aca ava hasi aramuzimana.


Yesu aca aramvura ukuboko amukorako. Aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!” Ubwo nyene aca arakira ya mibembe.


Nuko azikora ku maso avuga ati: “Bibabere nk’uko mwizeye.”


Nuko haza abantu bane bateruye ku nderuzo umuntu akongataye.


kuko yari yakijije abantu benshi bituma abarwaye bandi barondera kumukorako.


Hanyuma y’ivyo, Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka i Betesayida; na we asigare arasezera abantu.


Uzobona ibara, yewe Korazini! Uzobona ibara yewe Betesayida! Kuko iyo ibitangaza vyakorewe iwanyu bikorerwa i Tiro n’i Sidoni, abaho baba barihanye kuva kera, bakambara amagunira, bakisiga n’iminyota.


Intumwa zigarutse ziganira Yesu ivyo zakoze. Yesu aca ajana na zo baja ahiherereye, aharabana n’igisagara citwa Betesayida,


Filipo yava mu gisagara citwa Betesayida, ari na co Andereya na Petero bavamwo.


Nuko begera Filipo yava i Betesayida mu ntara ya Galilaya baramubwira bati: “Mushingantahe, twipfuza kubona Yesu.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ