Mariko 8:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ariko abigishwa bari bibagiye kuzana ivyokurya. Bari bafise umukate umwe gusa mu bwato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kandi bāri bibagiye gutekera imitsima, nta yo bāri bafise mu bgato, atar’ irobe rimwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |