Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 7:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Mureka amabwirizwa y’Imana mugashira imitima ku migenzo y’abantu.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ico Imana yageze murakireka ngo mwumire ku migenzo mwābgirijwe n’abantu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 7:8
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko ba Bafarisayo na ba bigisha b’ivyagezwe babaza Yesu bati: “Ni kuki abigishwa bawe batubahiriza imigenzo ya ba sogokuruza, bagafungura n’iminwe ihumanye?”


Ico gihe, nari imbere rwose mw’idini ry’Abayuda, kurusha abandi bo mu runganwe rwanje, kandi nari mfise umwete mwinshi cane wo kwitondera imigenzo ya ba sogokuruza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ