Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 7:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Nuko arataha asanga umwana wiwe aryamye ku buriri, ya mpwemu mbi yamuvuyemwo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Arīgīra, ashitse mu nzu yiwe asanga umwana aryamye ku buriri, dayimoni amuvuyemwo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 7:30
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramwishura ati: “Ko wishuye uko, niwitahire; ya mpwemu mbi yavuye mu mukobwa wawe.”


Hanyuma Yesu ava mu karere kegereye igisagara ca Tiro aca i Sidoni imbere yo gusubira ku kiyaga c’i Galilaya no mu karere ka Dekapolisi.


Umuntu wese abandanya akora ivyaha ni uwa wa mubi, kuko uwo mubi yamye akora ivyaha kuva mu ntango. Ariko Umwana w’Imana yaje gusambura igikorwa ca wa mubi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ