Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 7:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Yesu aramwishura ati: “Ko wishuye uko, niwitahire; ya mpwemu mbi yavuye mu mukobwa wawe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Aramubgira, ati K’uvuze urtyo ni wīgīre, dayimoni avuye mu mukobga wawe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 7:29
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

“Harahiriwe abumva ko bakenye mu buryo bw’impwemu, kuko Ubwami bw’ijuru ari ubwabo.


Na we aramwishura ati: “Mwami, n’imbwa na zo zirarya utwo abana bakororeye musi y’imeza.”


Nuko arataha asanga umwana wiwe aryamye ku buriri, ya mpwemu mbi yamuvuyemwo.


Umuntu wese abandanya akora ivyaha ni uwa wa mubi, kuko uwo mubi yamye akora ivyaha kuva mu ntango. Ariko Umwana w’Imana yaje gusambura igikorwa ca wa mubi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ