Mariko 7:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Yesu aramubwira ati: “Reka abana babanze barye bahage, kuko si vyiza guterera imbwa ivyokurya vy’abana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Aramubgira, ati Reka abana babanze guhāga, kukw atari vyiza kwābīra umutsima w’abana ukawuterera utubga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |