Mariko 7:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Hanyuma y’ivyo Yesu ava i Galilaya aja mu karere kegereye igisagara ca Tiro. Nuko yinjira mu nzu kandi ntiyashaka ko hagira uwumenya ko ariho ari; ariko ntivyakunda ko yihisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ava aho hantu, aja mu ntāra yo muri Tiro n’i Sidoni. Yinjira mu nzu atagomba ko hogira umuntu abimenya, ariko ntiyashobora kuyoberana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |