Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 7:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Kuko ntibija mu mutima wiwe, ahubwo bija mu nda yiwe, hanyuma bigasohoka.” (Mu kuvuga ibi, Yesu yariko yerekana ko ata vyokurya bihumanya.)

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 kuko kitagiye mu mutima wiwe, ariko kija mu nda, kigaca mu nzira yaco? Ivyo yabivugiye kuzirura ivyo kurya vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 7:19
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimuzi ko ikintu cose cinjira mu kanwa kija mu nda hanyuma kigasohoka?


Arababaza ati: “Mbega namwe ntimutahura? Ntimuzi ko ivyo umuntu arya bidashobora kumuhumanya?


Nuko rero nimuhe aboro ku vyo mufise, maze ibindi vyose kuri mwebwe bizoba bihumanuwe.


Rya jwi ryongera kumubwira ubwa kabiri riti: “Ico Imana yahumanuye ntukacite igihumanye.”


Rya jwi ryongera kuvuga ubwa kabiri rivuye mw’ijuru riti: ‘Ico Imana yahumanuye ntukacite igihumanye.’


Uwundi avuga ati: “Ivyokurya ni ivy’inda, n’inda ni iy’ivyokurya kandi Imana izobirandura vyompi.” Yamara umubiri ntiwaremewe kuganzwa n’ubusambanyi, ariko waremewe kuba uw’Umwami Imana, kandi ni we awitaho.


Nuko rero ntimwemere ko hagira umuntu n’umwe abacira urubanza ku vyo murya canke munywa, canke ku misi mikuru y’idini, haba iy’ukwezi guserutse canke umusi w’Isabato.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ