Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 7:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Arababaza ati: “Mbega namwe ntimutahura? Ntimuzi ko ivyo umuntu arya bidashobora kumuhumanya?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Na we arababaza, ati Mbega namwe mur’ imburabgenge murtyo? Ntimutahura yukw ata kintu kir’ inyuma iyo kigiye imbere mu muntu gishobora kumuhumanya,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 7:18
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Icinjira mu kanwa k’umuntu, si co kimuhumanya. Ariko ikiva mu kanwa kiwe, ni co kimuhumanya.”


Ni kuki mudatahura ko ntariko ndababwira ivyerekeye imikate? Nababwiye nti: Mwirinde umwambiro w’Abafarisayo n’Abasadukayo.”


Nuko Yesu arababaza ati: “Mbega ntimutahura uwo mugani? None iyindi mwoyitahura gute?


Yesu amaze kuva aho abantu bari akaja mu nzu, abigishwa biwe bamusaba ngo abasigurire uwo mugani.


Kuko ntibija mu mutima wiwe, ahubwo bija mu nda yiwe, hanyuma bigasohoka.” (Mu kuvuga ibi, Yesu yariko yerekana ko ata vyokurya bihumanya.)


Yesu aca ababwira ati: “Yemwe bantu b’ubwenge buke mwe! Birabagora kwizera mu mitima yanyu ivyo abavugishwa n’Imana bavuze.


Yesu aramwishura ati: “Wewe ko uri umwigisha yubashwe muri Isirayeli, bigenda gute ngo ntutahure ibi?


Nabahaye amata, sinabahaye ivyokurya bigumye, kuko ntimwari bwagere kubishobora, kandi n’ubu ntimurabishobora.


Dufise vyinshi twovuga kuri ivyo, ariko biragoye kubibasigurira, kuko bibagora gutahura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ