Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 7:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Uwufise amatwi yumva niyumve.”]

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Namba har’ ūfise amatwi yumva, ni yumve.]

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 7:16
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma aca ababwira ati: “Uwufise amatwi yo kwumva niyumve!”


Nta kintu na kimwe kija mu muntu kivuye hanze gishobora kumuhumanya; igihumanya umuntu ni ikiva muri we. [


Yesu amaze kuva aho abantu bari akaja mu nzu, abigishwa biwe bamusaba ngo abasigurire uwo mugani.


Ariko hari izaguye mw’ivu ryiza, zirakura kandi zirama, zimbuka incuro ijana.” Ahejeje kubacira uwo mugani, yongerako ati: “Uwufise amatwi yo kwumva niyumve.”


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero. Uwuzonesha ntazobabazwa na gato n’urupfu rwa kabiri.


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero. Uwuzonesha nzomuha kurya kuri manu yahishijwe. Nzomuha kandi ibuye ryera ryanditseko izina rishasha; ntawuzomenya iryo zina kiretse uwuzohabwa iryo buye.


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero.


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero. Uwuzonesha nzomuha kurya ku vyamwa vyo ku giti c’ubugingo, kiri muri paradizo y’Imana.


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero.


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero.”


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ