Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 7:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Uko ni ko muhindura ijambo ry’Imana ubusa mwishimikije imigenzo mwishingiye kandi mugakora n’ibindi vyinshi bisa n’ivyo.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 ijambo ry’Imana mukaritituza imigenzo yanyu mwigishije: kandi mukora n’ibindi vyinshi ben’ ivyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 7:13
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ataba agikwiye kubibafashisha. Uko ni ko muhindura ijambo ry’Imana ubusa kubera imigenzo yanyu.


ivyo bituma mumwemerera kutagira ico afasha se canke nyina.


Hanyuma Yesu yongera guhamagara rya sinzi ry’abantu ngo begere aho ari, maze arababwira ati: “Nimuntege amatwi mwese, kandi mutahure:


(Mu bisanzwe, Abafarisayo n’abandi Bayuda ntibashobora gufungura batabanje gukaraba nk’uko umugenzo wa ba sekuru wabitegeka.


Nuko ba Bafarisayo na ba bigisha b’ivyagezwe babaza Yesu bati: “Ni kuki abigishwa bawe batubahiriza imigenzo ya ba sogokuruza, bagafungura n’iminwe ihumanye?”


Yongera arababwira ati: “Mwagize ishaka ryo kutubahiriza amabwirizwa y’Imana kugira ngo mwubahirize imigenzo yanyu!


Ico gihe, nari imbere rwose mw’idini ry’Abayuda, kurusha abandi bo mu runganwe rwanje, kandi nari mfise umwete mwinshi cane wo kwitondera imigenzo ya ba sogokuruza.


ukwipfuza kubi, akaborerwe, kurya birenze urugero n’ibindi bene ivyo. Ndababuriye ubugira kabiri, ko abakora ibintu nk’ivyo batazoragwa Ubwami bw’Imana.


Ntibasubire gutega amatwi imigani y’Abayuda, canke amabwirizwa y’abataye ukuri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ