12 ivyo bituma mumwemerera kutagira ico afasha se canke nyina.
12 ntimuba mukimukundira kugira ico yofasha se canke nyina;
Ariko mweho muvuga ko iyo umuntu afise ico yari gufashisha se canke nyina, ariko akavuga ko ari Korobani (bisigura ko cagizwe inyegu y’Imana),
Uko ni ko muhindura ijambo ry’Imana ubusa mwishimikije imigenzo mwishingiye kandi mugakora n’ibindi vyinshi bisa n’ivyo.”