Mariko 7:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ariko mweho muvuga ko iyo umuntu afise ico yari gufashisha se canke nyina, ariko akavuga ko ari Korobani (bisigura ko cagizwe inyegu y’Imana), အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ariko mweho mugira mut’ Umuntu ni yabgira se canke nyina, at’ Ico nari kugufashisha ni Korubani, risobanurwa ngo Ni co nzoshikanira Imana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |