Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 6:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Mwambare ibirato kandi ntihagire impuzu yo gukuranya mutwara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 ariko mwambare inkweto, kandi ntimwambare amapfundo abiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 6:9
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimwiremereze amasakoshi y’impuzu canke ibirato vyo gukuranya; mbere ntimwitwaze n’inkoni yo kwishimikiza. Kandi, ntimwanke guhabwa indaro, kuko umukozi wese aberwa n’impembo.


Jewe ndababatiza mu mazi kuko mwihanye ivyaha, ariko uwuje inyuma yanje arandusha ubushobozi, mbere ntibimbereye no kumutwaza ibirato. We azobabatiza muri Mpwemu Yera no mu muriro.


Inzu muzokwinjiramwo bakabakira, muze muyigumemwo kugeza muvuye aho hantu.


Ababwira abihanikiriza ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo kiretse inkoni yo kwishimikiza. Ntimujane ivyokurya, amasakoshi, canke amafaranga mu mipfuko yanyu.


Wa mumarayika aca abarira Petero ati: “Ambara impuzu n’ibirato vyawe.” Nuko Petero aravyambara. Wa mumarayika arasubira ati: “Ambara umutamana wawe, unkurikire.”


ku birenge vyanyu mwambare ibirato ari kwo kwitegurira kuvuga Ubutumwa Bwiza bw’amahoro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ