54 Bururutse ubwato, abantu barababona, bamenyamwo Yesu.
54 Bavuye mu bgato, abaho baca baramumenya.
Bamaze kujabuka, bashika hakurya ahitwa Genezareti, babohera ubwato i musozi.
Baca bakwiragira muri ako karere kose bazana abantu barwaye ku nderuzo, bakabajana aho bumvise ko Yesu ari hose.
Ivyo bibaye, abarwayi bose bo kuri iryo zinga baca baraza Pawulo arabasengera, barakira.
Nipfuza kumenya Kristo no kumenya burya bushobozi bwamuzuye mu bapfuye no gusangira na we imibabaro yiwe, nse na we no mu rupfu rwiwe,