Mariko 6:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Nta gitangaza yahakoreye kiretse abantu bake yarambitseko ibiganza, arabasengera, barakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Maze ntiyashobora gukoreray’ igitangaza na kimwe, atar’ abarwaye bake yarambitsekw ibiganza, akabakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |