Mariko 6:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Yesu afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, abishimira Imana. Hanyuma amanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa ngo bagaburire abantu. Abagaburira na za fi bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Yābīra ya mitsima itanu na za fi zibiri, ararangamiza, arāba mw ijuru, arabihezagira, amanyagura iyo mitsima, ayiha abigishwa ngo bayishire imbere y’abantu, n’ifi zompi na zo arazibagaburira bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |