Mariko 6:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Yesu arababwira ati: “Uwuvugishwa n’Imana arubahwa hose kiretse iwabo no mu muryango wiwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Yesu arababgira, at’ Umuntu avugishwa n’Imana ntabura icubahiro, atari mu ntāra y’i wabo, no mu muryango w’i wabo, no mu nzu y’i wabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |