Mariko 6:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Yesu amaze kuva mu bwato abona abantu isinzi, bamutera ikigongwe, kuko bari bameze nk’intama zitagira umwungere. Nuko atangura kubigisha vyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Avuye mu bgato, abona ishengero ryinshi, rimutera akagongwe kuko bameze nk’intama zitagira umwungere: atangura kubigisha vyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |