Mariko 6:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Mbega uwu si wa mubaji, nyina si Mariya, abo bavukana si Yakobo, Yosefu, Yuda na Simoni? Bashiki biwe si ababanyi bacu?” Maze ivyo birabatsitaza, bituma batamwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Mbega si wa mubāji, mwene Mariya, mwene nyina wa Yakobo na Yose na Yuda na Simoni? Bashiki biwe na bo ntibari hano i wacu? Ivyiwe birabatsitaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |