Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 5:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Yesu aramubaza ati: “Witwa nde?” Na we arishura ati: “Nitwa Gitero, kuko turi benshi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Aramubaza, ati Witwa nde? Aramwishura, ati Gitero ni ryo zina ryanje kuko turi benshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 5:9
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze ica isubira ikagenda, ikazana izindi mpwemu mbi indwi ziyirusha ububi, zikinjira muri wa muntu, zikibera ngaho. Ivya nyuma vy’uwo muntu biba bibi kurusha ivya mbere. Uko ni ko bizogenda ku bantu ba kino gihe kibi.”


Wibaza ko ntari gushobora gusaba Data ubwo nyene akandungikira ingabo zirenga legiyono cumi na zibiri z’abamarayika bo kungwanira?


Nuko za mpwemu mbi zinginga Yesu zishimitse ngo ntazirukane muri iyo ntara.


Bashitse aho Yesu ari, babona wa muntu yari yaraboshwe n’abadayimoni menshi yicaye, yambaye kandi afise ubwenge bukwiye, maze bagira ubwoba.


Ivyo yabivuze kuko Yesu yari ahejeje kuvuga ati: “Wa mpwemu mbi we, muvemwo!”


Yesu aramubaza ati: “Witwa nde?” Na we arishura ati: “Nitwa Gitero,” kuko yarimwo abadayimoni benshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ