Mariko 5:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Mbega undonderako iki ga Yesu, Mwana w’Imana Musumbavyose? Ndakwinginze mw’izina ry’Imana ntunkubagure!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 asemerera n’ijwi rirenga, ati Duhūriye hehe ga Yesu Mwana w’Imana isumba vyose? Ndakurahiye Imana, ntumbabaze agashinyaguro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |