Mariko 5:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Amufata ukuboko aramubwira ati: “Talita Kumi!” (bisigura ngo: “Gakobwa, ndakubwiye nti vyuka!”) အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 afata ukuboko kw’ikiziga, arakibarira, ati Talisa kumi; bisobanurwa ngo Gakobga, ndakubariye, nti Vyuka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |