Mariko 5:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Ba bantu baramushinyagurira. Amaze kubasohora bose, yinjirana na se na nyina b’umwana hamwe na ba bigishwa bari kumwe na we, baja aho umwana ari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Baramutwenga bamushinyagurira. Arabakumīra bose, ajana se w’umwana na nyina n’abāri kumwe na we, yīgira haruguru ah’ ikiziga kiri, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |